Home > ... > Forum 14230

Ndi umuganga kandi mfite amafaranga, mbabazwa n’uko abasore bantinya nkaba mbona ngumiwe- Nkore iki?

19 January 2021, 10:29, by nsabimana astere

Ico ntahuye nivyiza ko umuntu avuga ikimubaje icambere ndamusaba kwihangana ikindi kurongogwa navyo nyene nivyo kwitondera kuko hari ninaronka abagabo ugasanga mutugo hatangute kubamwo ibibazo hari abashatse uyu munsi bicuza sinshaka ko ejo niwashaka uzicuza ariko nivyiza ko umuntu bavuga ico yifuza imana iguhe ico umutima wawe wifuza inama nkugira nugusenga ibisigaye

Tanga igitekerezo

Who are you?
Your post
  • *Kwandika mu bika kanda ahanditse Enter. Amategeko n'amabwiriza birakurikizwa