Home > ... > Forum 15702

Niba uri Umuhutu ubwo buhutu bwawe ni nde uzaburya?_Perezida Ndayishimiye

3 March 2021, 09:11, by Patrick Ndayishimiye

Muvyangombwa vy’umurundi (karangamuntu) ntavy’amoko birimwo, nobasaba ko mwobeshuza iyi nkuru. Hama kuvuga ubwoko bw’umuntun n’ibisanzwe ikibi n’uguhangana mupfa amoko. Turavuga umwirabure, umuzungu, umwarabu,... nk’uko tuvuga umuhutu, umututsi, umutwa,... Nibazako atagihugu nakimwe abagituye batavuga amoko agituye. Na génocide yakozwe murwanda, yakorewe abatutsi, murumvako yakorewe ubwoko busanzwe buba murwanda. Ikibi n’ingengabitekerezo yerekeza kugushamirana kw’amoko nk’uko vyagenze mu Rwanda abatutsi bagashaka kubahonya. Kubana neza mubutandukane bw’amako nivyo vy’ingenzi.

Tanga igitekerezo

Who are you?
Your post
  • *Kwandika mu bika kanda ahanditse Enter. Amategeko n'amabwiriza birakurikizwa