CAN 2017: Nyuma y’ imyaka 38 Ikipe ya Uganda yabonye tike igeza muri Gabon

Sangiza iyi nkuru

Ikipe ya ruhago ya Uganda(Uganda Cranes) yongeye kwerekana ubuhanga ubwo yatsindiraga tike iyijyana muri Gabon mu mikino y’ igikombe cya Afurika.
Ug
Ku minsi 2 ya nyuma y’ amajonjora , amakipe nka Côte d’Ivoire , Uganda, Burkina Faso, Tunisie, RDC na Togo niyo yatsindiye kujya i Libreville muri Gabon mu mikino izaba kuva kuwa 14 Mutarama kugeza kuri 5 Gashyantare 2017.
Uko imikino ya nyuma y’ amajonjora yagenze
Itsinda A
Tunisie 4—1 Liberia
Togo 5—0 Djibouti
Uko amakipe yakurikiranye : 1. Tunisie 13 pts, 2. Togo 11 pts, 3. Liberia 10 pts, 4. Djibouti 0 pt
Itsinda B
RD Congo 4—1 Centrafrique
Angola 1—1 Madagascar
Uko amakipe yakurikiranye : 1. RD Congo 15 pts, 2. Centrafrique 10 pts, 3. Angola 5 pts, 4. Madagascar 3 pts
Itsinda C
Mali 5—2 Bénin
Guinée équatoriale 4—0 Soudan du Sud
Uko amakipe yakurikiranye : 1. Mali 16 pts, 2. Bénin 11 pts, 3. Guinée Equatoriale 4 pts, 4. Soudan du Sud 3 pts
Itsinda D
Burkina Faso 2—1 Botswana
Ouganda 1—0 Comores
Uko amakipe yakurikiranye : 1. Burkina Faso 13 pts, 2. Ouganda 13 pts, 3. Botswana 6 pts, 4. Comores 3 pts
Istinda E
Congo 1—0 Guinée-Bissau
Zambie 1—1 Kenya
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Guinée Bissau 10 pts, 2. Congo 9 pts, 3. Zambie 7 pts, 4. Kenya 5 pts
Istinda F
Maroc 2—0 Sao Tomé et Principe
Cap-Vert 0—1 Libye
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Maroc 16 pts, 2. Cap Vert 9 pts, 3. Libye 7 pts, 5. Sao Tomé 3 pts
Istinda G
Nigeria 1—0 Tanzanie
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Egypte 10 pts, 2. Nigeria 5 pts, 3. Tanzanie 1 pt
Le Tchad a déclaré forfait
Groupe H
Ghana 1—1 Rwanda
Mozambique 1—0 Maurice
Le classement : 1. Ghana 14 pts, 2. Mozambique 7 pts, 3. Rwanda 7 pts, 4. Maurice 6 pts
Istinda I
Côte d’Ivoire 1—1 Sierra Leone
Soudan 1—2 Gabon (umukino wafashwe nk’ uwagishuti)
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Côte d’Ivoire 6 pts, 2. Sierra Leone 5 pts, 3. Soudan 4 pts
Istinda J
Algérie 6—0 Lesotho
Ethiopie 2—1 Seychelles
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Algérie 16 pts, 2. Ethiopie 11 pts, 3. Seychelles 4 pts, 4. Lesotho 3 pts
istinda K
Sénégal 2—0 Namibie
Niger 3—1 Burundi
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Sénégal 18 pts, 2. Burundi 6 pts, 3. Namibie 6 pts, 4. Niger 6 pts
Istinda L
Guinée 1—0 Zimbabwe
Malawi 1—0 Swaziland
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Zimbabwe 11 pts, 2. Swaziland 8 pts, 3. Guinée 8 pts, 4. Malawi 5 pts
Istinda M
Cameroun 2—0 Gambie
Afrique du Sud 1—1 Mauritanie
Uko amakipe yakurikiranye: 1. Cameroun 14 pts, 2. Mauritanie 8 pts, 3. Afrique du Sud 7 pts, 4. Gambie 2 pts
Amakipe azitabira CAN 2017 : Algérie, Burkina Faso, Cameroun, Côte d’Ivoire, Egypte, Gabon (pays-hôte), Ghana, Guinée Bissau, Mali, Maroc, Ouganda, RDC, Sénégal, Togo, Tunisie, Zimbabwe.

Zamubandi Saido/Bwiza.com

Soma Izindi Nkuru

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *