Accueil > ... > Forum 16279

Gushaka umukunzi

28 mars 2021, 16:58, par bukuru vianney

Shaka umukunzi wumukobwa kuko jewe ndumuhungu fise imyaka 26nkaba shaka umukobwa arihagati yimwaka mirongo 21gushika35 niba arinkumi canke umugore atarenza abana 2 gusa Shaka umurundi canke umunyagwanda Aho umukobwa yoba aba hose nanje niho noba ndi umukristo sishaka umukobwa anwa ibiyovyabwenge canke ibisindisha garukiye ngaha uwuzobishima aze anyandikire kuri terefone±256704775826 murakoze

Tanga igitekerezo

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • *Kwandika mu bika kanda ahanditse Enter. Amategeko n'amabwiriza birakurikizwa