Home > ... > Forum 16734

Amateka ya Ellen Gould White washinze idini ry’Abadivantisiti b’umunsi wa 7

19 April 2021, 22:57, by Habonimana Jean Marie

Umva imbere ya vyose :soma 2tim 3:16. Rero iyo utazi ukuri ukaba utanashaka kukumenya ,abakeneye kwa ukuri kwa bibiliya twarakubonye. Ahubwo va hasi ushake Imana iguhirire ivyaha vyawe woye guca imanza kandi utazi iyo uva n iyo uja,umva ivyo yanditse ntaho atandukira bible kiretse acashe ivyo kamere yawe ibogamiyeko wumva agutonetse kuko acaha ivyaha Ku mugaragaro;ba mask rero niba wibwira ko uhagaze,ntaho

Tanga igitekerezo

Who are you?
Your post
  • *Kwandika mu bika kanda ahanditse Enter. Amategeko n'amabwiriza birakurikizwa